@pnkurunziza Gatumba c'était vos sévices du #SNR et jamais de procès on a vupic.twitter.com/9Fw8K1NYgy
You can add location information to your Tweets, such as your city or precise location, from the web and via third-party applications. You always have the option to delete your Tweet location history. Learn more
@pnkurunziza Gatumba c'était vos sévices du #SNR et jamais de procès on a vupic.twitter.com/9Fw8K1NYgy
Irambire mutama, ntibazotumara, abo bitavye umuremyi hari hageze kdi munteguro y'Imana vyari bizwi ko bazorangiza urugendo rwabo bajanywe nurya mukogote ! Abasigaye Natwe tube maso.
Ubwicanyi Bwaraye Bubaye Mu #Cibiteko Buri Kugatwe Ka @pnkurunziza Ati Gute:"Imbonerakure Zarihe Ko Arizo Zirara Zirakizura?Abacungera Umupaka Barihe Kobatarashe #PNB Zarihe??Mucezo,,,
Murakora amabi mukaca mwigamba Burya imana ntamisi myishi usigaye itabagaragaje
Murakoze cane, ariko nibarize, abo @CnddFdd yavuzeko bazicwa nibatora OYA bo bizogenda gute?
Barahanwa hakurikijwe amategeko. Kurikira neza hariho nabamaze gitabwa muriyompi!
Birababaje kubona harabarundi bakiri murizo nzira zubgicanyi
, mbega yemwe abarundi bazojijuka ryari
. Mwihangane kandi Imana ituzigamire amahoro na democracy i Burundi.
Umwami Imana aduhoreze ababuze kandi yongere arinde Uburundi.
En tant que tyran-insouciant, il vous est impossible à vous dissocier des atroces atteintes contre les droits humains au BURUNDI. @Pontifex_fr @antonioguterres #UE #burundi #Tchad #Afrique @LDH_Fr @PaulKagame #CPI @AUC_MoussaFaki @FedericaMog @court_afchpr @Elysee #RFI @StateDeptpic.twitter.com/mzDzWsewnd
Ubu mwamenye igituma Imana yarungitse uwo muzimu ku ruhume, pres Nkurunziza ubutumwa Imana yampaye imbere ko yimika Morena yaburonse,pic.twitter.com/xVqXNOAPST
Reka dushimire Imana yo yaduhaye umuvyeyi mwiza yitaho ubusho yo yamuragije. Murakoze cane kuduhoza kandi turashimyko mugiye kutugerako. Nayo abansi bu Burundi Ndabatangarijeko bazomaramara. Igihe bo bipfuza gutabagura igihugu cacu. Imana nayo ikagihunda imigisha n' imihezagiro.
Murakoze kuremesha imitima y’Abarundi! 
#JeSuisRuhagarika #Burundi
Wamushenzi @pnkurunziza urakabura amahoro ,urabanza uhanwe ww wishe aba ,nabandi niww wabishepic.twitter.com/1TmCGCz33w
Mugenz burya kw isi ntakiruta kugir indero
Umwicanyi rurangiranwa c'est toi
Uwakoze burya bw'icanyi bw'inzirakarengane ntiyijajare kuko iyo Wishe umuntu Imana imuguhambamwo! Bisubiye,bitebe bitebuke Imana izobashimira neza mukubareka bakarwa muvyara vy'ingabo z'igihugu!Abarwanya EGO barigishije, nibarindire abenegihugu berekane aho bahagaze le 17/5/2018
Irambire Muhuza, Imana ibandany kuzigama Uburundi n'abarundi knd ikomeze imiryango yabuze. Tur kumwe nabo mur ibi bihe bitaboroheye.
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.