Tukigufise ukuri kuzoteba kumenyekane Imana iguhe kuramba .
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ntaheka Nyenicubahiro vuba bizomenyekana kuko nibibera musi yisi biraja ahabona nkaneswe ivyo vyoroshe nababikoze bariho kandi biyizi natwebwe tubazi hasigaye gusa ubutungane bukora. Uyavuge uyasubire, bizoja ahabona ababikoze babihanirwe.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
@RTNBurundi Nawewe uzoteba ufatwe kukugene uriko uhekura uburundi: mu kwica, mu kwiba, mukubabariza igufa, mu gufata kunguvu... - 1 more reply
New conversation -
-
-
Komera mutama
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ukuri nubu kurahari hasigaye ko kuja ahabona,ubutungane bugakora
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
nukuri mutama turabe twitware ukuri kuje ahabona,kugira ako kabi kabishe ntikaze gasubire mugihugu cacu c'
#uburundiThanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Biteye agahinda cyane ko bamwe mu babikoze bari muri leta yawe. Iyijya kurisha ehera k'urugo.
- 1 more reply
New conversation -
-
-
Bagiye ahabona numuryango w umuhisi woruhuka!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze Banyakwubahwa Ahubwo Twosaba Ko Ababikoze Bomenyekana Murino Misi Kuko Twebwe Abana B' Igihugu Biratubabaza Kubona Hariho Umuntu Yakoze Ikibi Nkico Akaba Yidegemvya Nkuko Wogira Ko Atacabaye Ukuri Nikuje Ahabona Igihe Niki
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ukuri kurazwi, n'Abafaransa kandi ninabo bakwigishije ivyo ukorera abarundi
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Bizogaragara mugabo nk'uko igiturire wirirwa ushira mu nda kizogaragara. Dupfiriye mu nkambi kubera weho.
- 2 more replies
New conversation -
-
-
Ndagushimiy nyakubahwa mukuru w'igihu c'Uburundi mukwitanga kwanyu mukuganiriza abanyagihungu ukumva akababakiye k'umutima wabo
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
Loading seems to be taking a while.
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.