Na twebwe Abarundi tubifpurije Pasika nziza. Izuka ry'umukama Yezu ritubere twese abemera akaryo ko kubandanya tuzirikana igihugu cacu ciza c'Uburundi nkuko mudahengeshanya kubiduhimiriza. Imana mushobora vyose ibahunde imigisha mwebwe n'umuryango wanyu. Abarundi tubar'inyuma.
-
-
-
Mbe Yves, we wabaye abarundi bose ryari? Kuberiki utavuga ku gatwe kawe? ,Gusaba au nom du peuple?
End of conversation
New conversation -
-
-
À votre place j'aurai honte de me tenir devant les hommes et de tenir la Bible pour dire je ne sais quoi! Que cette parole commence d'abord à produire des fruits en vous même car vous êtes devenu un pharaon pour votre peuple
-
Que la colère de Dieu te frappe jusqu'à la repentance.... Tueur sanguinaire
End of conversation
New conversation -
-
-
Murakoze cane Nyenicubahiro, Imana ishishikare kubaja imbere no kubazigama be n'umuryango wanyu, yongere ishishikare kuzigama Uburundi n'abarundi. Murakoze.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze caaane Nyen'icubahiroo SE Barundi,natwe turabifurije ivyiza vyoose vya Pasika,muroranigwe muri vyose Maze Imana yabaduhaye ibatuzigamiree,ibarinde imitego ya sekibi.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze Imana ibame hafi ibamurikire kugira mumurikire abandi
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Merci Preso, à vous aussi bonne fête de Pâques. Que Dieu vous accorde plus de sagesse pour bien diriger son peuple. Tunakupenda trop.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
@pniconemera@willynyamitwe@FrancoiseNtimp1 Imana yo yakunze abarundi n'Uburundi ikongera ikaduhezagira, uduhe kwama twibuka kuyikorera no gukora ibikorwa vyiza kugira ngo tubandanye twiyubakira igihugu cacu ciza Imana yatugabiye.Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze cane Muvyeyi wacu. Imana ibaje imbere yongere ibadutungire mwebwe n’umuryango wanyu.
- 1 more reply
New conversation -
-
-
Amen Mon Excellence que Seigneur soit avec vous. Vous étes béni avec Dieu
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
,Murakoze Papa BURUNDI,Namwe umunsi mukuru mwiza. Uhoraho akomeze kubahezagira kugira mubandanye kuyobora igihugu mubwitonzi
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
IMANA MUSHOBORA VYOSE IBAHEZAGIRE
#NYENICUBAHIRO.Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Twese muvyeyi dukunda.
- 1 more reply
New conversation -
-
-
Numugisha
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Rya twese S.E Hon. Que le tout puissant vous comble la force de diriger
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Président, Imana dusenga iguhembere ivyo unyegeza mu mutima wawe. Imvugo itagira ingiro uwuyivuga niwe aba yiruhisha umutima
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
Loading seems to be taking a while.
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.