A true inspiration for #Burundi and African youth! Courage Francine!
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ni akomere ni intwari Koko kw'iteka atera igihugu camwibaruts akongera akaryitera. Natere aja imbere. Turamukeje.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
komera nyakwubahwa kizigenza wacu. uwo mushikiwacu arateyiteka uburundi nakomere kumuheto maze urundi rwaruka ruze rutorane iryoragi. natwe turamukweje
- 1 more reply
New conversation -
-
-
Irambire. Abakwanka bahure na rurema
-
Abamwanka bariko barata umwanya ubu umurindi turiko nuwiterambere rirama kuri Bose n'a hose
End of conversation
New conversation -
-
-
Reka kwica Abarundi that all
-
Urupfasoni ruri mu ndero y'ikirundi. Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu n'Umwubahwa uvyanka uvyemera
-
Urupfasoni rwo kwica Abarundi
End of conversation
New conversation -
-
-
Atere imbere nk'umuzinga imana imuje imbere
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Iyindi migambi yose noyipinga ariko uwinkino sinoronka aho ndabihera!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Nakomere. Abandanye atera imbere yongera atera iteka igihugu c uburundi.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Nakomere kw'ibanga Imana imuje imbere idarapo ry'uburundi ribandanye rihungabana mumakungu. Ariko abere akarorero abandi abetera intege twifuza imidari myinshi.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Imana umufashe atere aja imbere
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Congrats Francine, uri umugisha Imana yiherey igihugu cacu
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Turamukeje n'akarorero keza mu runganwe
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Courage Francine, Imana Ibandanye Ikujimbere
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ni niteka ntangere kugihugu cacu
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
Loading seems to be taking a while.
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.