@pnkurunziza ivyo muvuga nivyaba biva ku mutima, turabasavye mubwire abarundi iyo iperereza ryanyu ryashize abakenyezi #AimeeNcuti na #KanezaRehema. Haraheze ukwezi atawuzi irengero ryabo. Iyumvire abana babopic.twitter.com/EtNHUPJ5Fk
You can add location information to your Tweets, such as your city or precise location, from the web and via third-party applications. You always have the option to delete your Tweet location history. Learn more
@pnkurunziza ivyo muvuga nivyaba biva ku mutima, turabasavye mubwire abarundi iyo iperereza ryanyu ryashize abakenyezi #AimeeNcuti na #KanezaRehema. Haraheze ukwezi atawuzi irengero ryabo. Iyumvire abana babopic.twitter.com/EtNHUPJ5Fk
@rugbob78 erega n'abandi amaso yaheze munzira..ntukangwe nayo majambo..bavuga amahoro n'urukundo imitima iri gukarisha inkota..#berakumenyo
Très bien dit cher Nkundayesu
Ba uvuga ivyo ushobora kwemanga k'umugaragaro! Burya gutyozanya si ubuhizi!
@gafushi ninde yakubwiye ko ntoshobora kuvyemanga none? uranshengeza ubimbaze..Hama sinatyojeje, nimba wobadutorera uraturya akara,twe twarahebuye..
Ariko @pnkurunziza n'abakenyezi batari abarundikazi baba mu #Burundi bari bakeneye kugira uyu musi mukuru bari mu miryango yabo. #Bajanywehehe? Hari n'abarundikazi benshi bagorewe mu buhungiro. Bafise ikibanza kigana iki mumu tima wawe? #IWD2018pic.twitter.com/A4pNLWZslf
shaka wirekere Kazabuhiye wee,les disparitions forces qui se remarquent d'ici&la sont le Fond de commerce pour le #HumanTraffiking #Ndondeza, #Teshwute,le monde est au courant de ce jeux qui fait vivre des gens comme @pnininahazwe et sa clique,honte a toi.
Murakoze cane nyakwubahwa Président. Komera!
Abo bariko barakuremeka inteba ishushe nabo ntaco bazokugira.
Mbe ninde yoturwanya mu mwanya UHORAHO akiri mu ruhande rwacu??? @CnddFdd @Ndarfxa2Xavier @liguefemmesMair @nyamitwe @LionelYves
Imana yakuduhaye ikutuzigamiree,turifadikanije n'abakenyezi boose bo mu #Burundi kur'uyu musi udasanzwe wabahariiweee.Bawunezereregwekoo ubabere uw'imigisha n'umunezero
Umusi mukuru mwiza Nyakubahwa SE @pnkurunziza nka Sebarundi hamwe numukenyezi wanyu mukuru w'abandi varundikazi @1stLadyBurundi.
Imana ikomeze kubahezagira
Murakoze Nyenicubahiro @pnkurunziza
Imana ibandanye kuguhezagira urisebarundi %
Uhoraho Nakomeze kubaj'Imbere nimwe Karorero Keza niwe Muvyeyi W'Igihugu Cacu ciza Cuburundi.@1stLadyBurundi
Ivyo uvuga turavyumva, ivyo ukora turabibona. Hariho ivyo uvuga bikaduca umutima, hakaba n'ivyo ukora ukaba wihinyuje.
Mugire ibihe vyiza n'imigisha mungo @pnkurunziza na bakenyezi bose!#Burundi duhindure igihugu n'imiryango @ButoreJ @olimuk @willynyamitwe Long live
Iyo hageze kubaniga ntiwibuka ko ari inkingi y umuryango! Sanguinaire reka kwiha anenyo y abatwenzi! Imbere y uno musi uhejeje kugandagura babiri muri bo. Umwicanyi ntagira umugenzi nkuru
Abo wirirwa uragandagura,abandi mubafata kunguvu bo si abarundikazi?
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.