Benshi iyo bateye imbere bibagira abo bajanye aho hambere. Komeza muduha akarorero Nyakubahwa
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Stupid propaganda....first justice! Impanuro n'amasengeshi yawe Abarundi barayahaze!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Waouuu Imana ibahezagiree
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ndakuramukije amahoro y IMANA abane namwe jewe ndashaka kubaka inzu ndumusore kandi muhira turakenye ndarirutse mpiga ahantu miga amafaranga none nyakubahwa ndaguze ikibanza co kubaka inzu nukuri ndashaka unterere woba ukoze Imana ikongere imigisha Amen
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
I am very proud of you His Excellency,iri niragi tuzokurikiza,nicigwa gikomeye kubijanye nurukundo
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Nukuri uwo mutima nimbonekarimwe kubarundi ese nabandi bohatorera akarorero wosanga twateye imbere,Imana ibandanye ibahezagira kuri uwo mutima mufise
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
n,ivyiza k,urukundo mutwigisha nk,abarongozi n,abavyeyi,MUHEZAGIRWE,jewe ndi impfuvyi IMANA yaramfashije ndiga ayisumbuye,n,ikibazo ca kaminuza naragitoye 2016,nagira ndabasabe imfashanyo y,ico nofungura ndi kw,ishure,nimero ni:72387184,68173290,mwoba mukoze
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murama gutyo muvyeyi wacu dukunda.Imana igume ihezagira.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Good idea!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Mbega vyiza, biranejereje kubona umukuru w'igihugu asangira n'abo biganye.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ni vyiza cane Nyenicubahiro ko mwibuka abo mwakuranye mu ntumbero yuko abarundi dusenyera ku mugozi umwe kugirango duterimbere
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
J'adore votre example nous comble de l'unité.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
abo ntibamenyerwa murasangira munga ntikibuza ko wicwa
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Eh Pierre ,Mon Ami. Avez vous une probleme avec Le BBC ? Mauvais garçon.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Nivyo kabisa
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
birahimbaye Son excellence!! niragi ryiza can muriko muraduha! Imana ibandanye kubahunda imihezagiro. Tukurinyuma
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Irambire mufashe abenegihugu kugira urukundo nk'urwo mufise.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
Loading seems to be taking a while.
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.