Imana yabaduhaye ibadutungire
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Together we can make
@BurundiGov great so guys Nk'uko nyenicubahiro umukuru w igihugu abivuze mukazoreka kwitaba hama mukaduter induru hanyuma ntituzobumviriza Umwaka Mushasha mwiza a vous aussi CHIEFThanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Respect à mon
#Président@pnkurunzizaThanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze Nyakubahwa!Namwe Muzagire Umwaka Muhire Wa 2018!Imigambi Mwipfuza Kurangura Muruwumwaka Imana Mushoboravyose Izabibarongoremwo!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Imana ikomeze kubajimbere iminsi yose nahose
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Abarundi turintumayanyu.turizerako muzodujimbere.Imana abahezagire.Tubipfurijymwaka mushasha
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Umwaka mwiza Nyen'Icubahiro.Turasavye natwe ikaburimbo ija kuri chute de Mwishanga,Nyakazu hamwe na Mpinga.Muzoba mugize neza.Umwaka muhire.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
tuzosidukana n'ikinyinanyina turihakane mugenzi, Niyo wagira amahirwa yokuhashika
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze Nyenicubahiro muvyeyi wacu mukaba n'inyenyeri imurikira Afrique. Twirimbuye tukamenya ico turi, tukibuka ko ata terambere riziva hanze, ntankeka tuzotera imbere. Imana ibatuzigamire ibahe kuramba nka Iburahimu, ubutwari nka David
@pnkurunziza. Tubipfurije Umwaka mwiza!Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Respect our president
@pnkurunzizaThanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze Namwe Nyakubahwa Umukuru w'igihugu cacu. Imana ibandanye ibahezagire numuryango, Umwaka mushasha ubebere uwamata nubuki!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Tuzoba twahishikiye HE
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Amin tuzoyitaba kubwinshi komera kizigenza
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
murakoze kuba mutatwibagira.tubari inyuma.numer yanje ni69331770
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Tabara isoko ya Kinama nkubu kubera gushishwa abantu bariko bariyumvira kuja mwi barabara kugira Umukuru wi Gihugu abibone kuko turigorewe
@pnkurunziza kandi twabuze uwutuvugira turazi ko Umukuru wigihugu adukunda kurusha abandi niwe wenyene ashoboye guhaguruka tura kwingizeThanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Tukurinyuma muta wacu Imana yarako kuduha abantu nkamwe
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
Loading seems to be taking a while.
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.