Urakoze nyakubahwa @pnkurunziza gutera intege umugwi w'igihugu cacu c'U #Burundi. Ejo aho bukera turiteze intsinzi y'umugwi wacu #INTAMBA MURUGAMBA. Imana ibakomeze.
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Abarundi bose aho turi hose;turashigikiye umirwi wacu
#INTAMBAMURUGAMBA, Tubipfurije intsinzi kumunsi wejo@FFB_BurundiThanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze cane Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu cacu.Iryo jambo mushikirije nta nkeka rizotuma umurwi w'Igihugu cacu INTAMBA MU RUGAMBA zizotsinda urukino rw'ejo aho bukera.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze cane Nyenicubahiro Imana mushobora vyose izoba irikumwe n'Uburundi ntawayizigiye ngo imutererane kuko no murukino ruherutse yarabigaragaje aho umuhagarikizi yatanze penality bamwe nabandi twabonako itarikenewe

iruhira guterwa inyuma yizamuThanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Abarundi barashoboye kandi ejo aho bukera nukubafata mumugongo duhereye muri stade, iruhande yayo nuturadio twacu, ndetse nomumihana iwacu. Imana ibahe imigisha nimihezagiro intwari zazu zabakinyi.
- 1 more reply
New conversation -
-
-
Abarundi turashoboye nka kibaza ko n'urukino rw'ejo tuzorutsinda.Imana iri ku ruhande rwacu.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ijambo rikenewe mumwanya ubereye. Nyenicubahiro
@pnkurunziza Murakoze cane ko mweretse abakinyi bacu ko mukurikirana ivyo bariko bakorera Uburundi mugihe turiko twereka isi yose ko Uburundi bwikukiye kandi ko bushoboye budafashijwe. Ejo bazobereka ko bashimye ko mwabateye intege.Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze caanee Nyen'icubahiro SE Barundi
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Nimwe rumuri rumurikira igihugu na benegihugu.kubwo ijambo mishikirije riratunezereye.twese hamwe turipfurije intsinzi intambamurugamba!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
They made it and they will make it
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Imana ituje imbere,tubandanye amasengesho kandi twizeyeko intsinzi tuzoyitahana.N'iteka rikomeye Kuburundi bwacu.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ramba Mutama wacu Sokuru. Urumuvyeyi koko yama hafi y'ibibondo vyiwe. Imana Mushobora vyose yamize hejuru yanyu ikiganza cayo. Abenegihugu turi inyuma yanyu bimwe bivuye ibwina mû mitima yacu.pic.twitter.com/KKc424WXqn
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze Nyenicubahiro gutera intege abana b'uburundi. Imaze ikomeze kubahangaza
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze muvyeyi w'Uburundi mugutera intenge nk'uko mwama mubigira kenshi abo bana b'igihugu.Imana dusenga iziyerekana.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Turagukeje nawe Nyenicubahiro ku ntsinzi nyinshi umaze kudushikanako, aho umwansi yama atwimbira icobo, ariko wama watubereye urumuri rutazimiza maze ibihweba vya mujeri na ba rugereka babo bakama bamaramaye! Niwewe rukinzo dufise kuko wanse kuduhemukira, natwe ntituzoguhemukira!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Nimwirambire Kizigenza wacu. Nta nkeka iyo ntsinzi mwipfurije uwo murwi w'igihugu urwo rwaruka ruzoyishikako. Iteka i Burundi !
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
A vos ordres baba wa taïfa. Tubayeho kubwanyu
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Murakoze Nyenicubahiro gutera intege abakinyi b'Igihugu cacu.

Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
Loading seems to be taking a while.
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.