Uhoraho We Umve ugutaka kwabana bawe maze Uronse Uburundi n'amabarundi ic'umutima wabo wipfuza biciye kuwburongozi bwabwo vyose birashoboka. Ubandanye utoronsa abarongozi bakwubaha ntitujanwe nk'inyagano.
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Uhoraho niwe azotuma bikunda. Imana ihezagire Umukuru w'Igihugu n'umuryango wiwe. Kandi ishitse uburundi ku maseserano.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Un Président de la République qui sert Dieu est une grande bénédiction pour le Burundi, dans ce monde où plusieurs se fient au pouvoir et à l'argent.J'admire votre humilité et foi en Jésus-Christ Excellence
@pnkurunziza. Que l'Éternel veille sur vs et votre Nation que j'aime bcp - 1 more reply
New conversation -
-
-
Amen. God is on our side. He will do everything for us. God bless Burundi, H. E. and Burundi-ans.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Nimu Hezagirwe H.S.E Mukuru W'Igihugu.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
On peut être puissant est servir Dieu ça s’appelle l’humilité.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Imana ntikinishwa. Ivyo muhumanya Izina ryayo muzobibazwa igihe kigeze.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Dushima iki?! The increasing fiscal debt, the decreasing social expenditure?! Dushime ubukene canke igiturire bamwe bagize umuco kugira babeho?! Dushime abaduserukira batariko baradukorera nkukwo vyari bikenewe?! Vyukuri dushime iki Dawe mwiza?!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Nizere ko mwasenze ngo muhagarike kunyuruza no kwica abanyagihugu mwitwa ko murongoye. Abo mwatwaye baramaze
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Iyakoze ivyambere vyari bikomeye n'ibisigaye izobikora. Muburundi Imana ifise ikibanza cambere
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
IMANA ni nziza komera nyakwubahwa.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Monsieur le président vous etes mon idole car vous êtes un vrais patriote burundais et Africain fière de vous
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Imana ihezagire uburundi nabarundi, Gusa dusengera nikibazo co gukemura ruswa mugihugu cose kugira ngo uburundi bwiyunguruze, kandi ndafise plan nziza yuko ruswa yotuzwa mugihugu, if you can inbox me. Thanks
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ni iteka rikomeye kugira umurongozi yubaha Imana. Uburundi ni ubw'Imana, abarundi ni ab'Imana, twanka twemera Imana idufise mu kiganza cayo. Turakwiye abama basenga ijoro n'umurango basengera igihugu n'abari muri co, bakanasengera barya banyavyaha bagisabira gusenyuka.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Amen. Mwagize neza cane gutegura ico gikorane nyenicubahiro Prezida
@pnkurunziza. Imana ihezagire u Burundi n'Abarundi.Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Imana ibandanye iheeagira uburundi n'abarundi!!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
Loading seems to be taking a while.
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.