Ego cane Imana ikora ivyananiye abana babantu
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Komera Nyakwubahwa waratumye igihugu cacu kiba icambere mubihugu bikenye kw'isi niwirambire sikazima wewe nabawe murara muhaze imbere ni heza nibindi muracavyiha.imana yanyu yabahaye kubona ubutunzi buri mu gihugu cacu budaheze ntimuzohave bakinda bagaramye tunasonga
-
Niyumvira ko atawoha agaciro uvyo wanditse. Tu sais pourquoi ?
L'aigle ne perdit jamais plus de temps que lorsqu'il consentit à recevoir les leçons du corbeau. Tu es un gros corbeau. Espèce de boule plein de gaz -
Il y a d'autres à faire que de répondre à tes bêtises
-
Les insultes c'est l'arme des faibles. Moi j'apprécie les réalisations qui nous ont permis d'occuper la première place et toi tu me taxe de bête? Abarundi mwarabuzihero ry'imiti none ukuri kureke kuvugwa?
End of conversation
New conversation -
-
-
Imana iradukundi cane Kandi twama tuyishima tunayigamburukira
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Mwarakoze kwatura ivyiza lu Burundi n'abarundi.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Vyaragaragaye neza ko kuba Murongoye igihugu cacu ari Umugambi w'Imana. Niyompamvu abagerageje kubangamira igihugu vyabataye kuwamazi. Nyaguhorakungoma Uhoraho akomez kubahangaza.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Imana isumba ingabo!!twarahezagiy ,turahimbaza,turanatazira...twagabany imigisha myishi cane!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ivyo ntawutabibon akiretse ukwigirisha. Ariko rero ndasavye iyo mushize ikintu kukrubuga za mukurikirana ico tubivugako tuguma tuganira.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
@jeclaudemug Ntawutoshima mutama!ica inzira aho zitari igakora ibitangaza!!!Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Nukuri Uhoraho niwe Mahoro yacu Iyava akagera, Imana ishishikare ibahezagira Nyenicubahiro
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Imana Iradukunda Murakoze Nyakubahwa
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Amen amen
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Imana yacu irakomeye niyo gushimwa
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Tuzokwama tuyishima kuko itubikiye vyinshi kanatsinda mu biganza vyayo nta kibi kivayo
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
I like u my president
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Nyakubahwa nukuri Nukuguma kumavi iyo twavuye hari habi cane vyishi tubikesha Wewe ubutwari nubwitonzi bwawe vyatumye Amakungu amenya uburundi nabarundi abaribo . Imana igume ikuzigama ibihe bidashira
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
Loading seems to be taking a while.
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.