#lmana nyene amohoro, ikomeze kubahezagira no kubarinda n'umuryango n'#Abarundi bose @GianaRenegade @R_Ndikuriyopic.twitter.com/kUWYkQXeGN
-
-
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Uhoraho abahezagire n’umuryango wanyu. Mwabereye umugisha Abarundi n’Uburundi. Imana ikomeze kubazigama


Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Turashima Imana caane kubona yaduhaye indongozi zisenga,kera siko vyarii.Imana ihabw'icubahirooo.Iyo Mana yacu iragahezagiigwa ininahazwe mû myaka yoose,nikomeze kutuzigamira indongozi zacu
-
Weho karabaye sinzi ko hari imite yooba ikikuvura, n'ugusenga nyene Harya ushinzw'iki kwa
@pnkurunziza ? Ko@nduwarugira yatubwiye akazi kiwe ? -
Ndi Umuhanuzi akorera Maragrita agahembwa Zabera!
-
Ahembwa Zabera canke ahembwa na Zabera?
-
Ni expression y'Ikirundi. Iyo ukorera ubusa, bavuga ngo "Wakoreye Zabera". Wakoreye Zabera, ariko wahembwe Maragarita= Wakoze uzi ko baguha Zabera, ariko baguhemukiye baguha Maragatita.
-
L'expression part d'une petite histoire: Zabera était une veuve de Mugamba qui avait l'habitude de donner du travail aux jeunes gens du Kirimiro. En échange des services rendus elle leur proposait ses charmes. Rentrés chez eux sans sous, ils disaient: "Twahora gukorera Zabera".
-
I like your input here...my version was poor. Thanks a lot.
End of conversation
New conversation -
-
-
Amen my President. Imana yunve gusenga kwanyu, Ibahe umugisha Ikirize Uburundi mumaboko yanyu. Mukomeze kugubwa neza kuko natwe dusanga arumugisha!
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
#Burundi : Imana ishimwe cane yo yaduhaye u#Burundi igihugu ciza ikaburagiza Nyenicubahiro@pnkurunziza abukunda, agakunda n'abarundi bose atavanguye. N'ihabwe icubahiro.Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Imana ibandanye ibaja imbere kuko kugira Abarongozi basenga n'umugisha kugihugu,nubwo igihugu cacu caciye mubihe bigoye ni nkakurya kw'abanyisrael bajabutse ikiyaga gitukura natwe tugiye kwogorora kubw'amasengesho ya Mwebwe,Imana izobahe iherezo ryiza hamwe n'umuryango wanyu wose
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Horane Umukama.
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
Ni umugisha kugira abarongōzi basenga. Wibuke gusengera impfuvyi, abapfakazi n'imiryango yabuze, iriko irabura ababo kubera uburongōzi bwawe. Wibuke gusengera abashomeri n'abakene kuko igihugu cacu kirakenye cane, ugisengere kironke uburongōzi bwiza. Murakoze.
-
Niyihe ntererano uriko utanga kugira kibe igihugu gitunze uretse ivyobijambo vyawe bitagira mvura?
-
Jewe ndi umuhanuzi mukuru w'umukuru w'igihugu.
- 1 more reply
New conversation -
-
-
Iyo mana mwashize imbere ibandanye ibazigama Nyakwubahwa. Turashima Imana cane yaduhaye indongozi zisenga n'Ihabwe icubahiro. Umwera uva ibukuru ugakwira hose ese twese abarundi twobona akarorero keza mudasiba kutwereka. N'ibatuzigamire caaaaane
Thanks. Twitter will use this to make your timeline better. UndoUndo
-
-
-
You are very special and hard working , I have faith in you, I do support all your efforts, you have bought peace and stability in Burundi, the country is now safest country in Africa, it has recovered economical , Mr President am proud of you, God bless you
- 1 more reply
New conversation -
Loading seems to be taking a while.
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.