Murakoze cane Nyenicubahiro. Imana ishishikare kuzigama Uburundi n'Abarundi twese yarabagije. Impanuro zanyu nizokugendera kanatsinda ziraturuhura. Amiiinpic.twitter.com/tkIQdJFSRZ
You can add location information to your Tweets, such as your city or precise location, from the web and via third-party applications. You always have the option to delete your Tweet location history. Learn more
Murakoze cane Nyenicubahiro. Imana ishishikare kuzigama Uburundi n'Abarundi twese yarabagije. Impanuro zanyu nizokugendera kanatsinda ziraturuhura. Amiiinpic.twitter.com/tkIQdJFSRZ
Uyu munsi w'Urukundo,twegere imiryango y'aba Islamu twabuze tutanka:Hafsa Mossi,Zed Feruzi...n'abandi.Twibuke n'abandi bahunze nka #Radjabu
Pierre Nkurunziza icoguha naw uwo mutima wurukundo ukibuka ab islam buzuye mubusho bazira ubusa ukibuka abagorewe mu makambi yimpunzi ukibuka nabagorew mugihugu kubera ubukene buzura inzara ivyovyose kubera wew ! Wibuke ko Imana ibibibona ntya
Rabivyowishuye urabe nabandivyo bishuye ucusanga udakwije mumutwe
Umuvyeyi akunda abana biwe aguma abitwararitse, ntiyibagira kwifatanya nabo, muvyiza no mubikomeye. Bravo Papa Burundi
I WISH I COULD UNDERSTAND THE LANGUAGE
U barikiwe saaana Rais wetu
Murakoze S. E kwipfuriza aba islmu umusi mukuru mwiza. Imana namwe ibazigame tuzokwame tubamurako impanuro nziza mudahengeshanya gushikiriza abarundi.
Murakoze cane Son Excellency. We are one people. Had the honour of being received by Excellency Stella Budiriganya #Burundi's Ambassador to #India in her office here in New Delhi. #BurundiBwacu na #UbugandaBwacu na @jumuiya yacu Imana yabiduhaye ibidutungire. Muhezagirwe mwetse.pic.twitter.com/tfleJltlFO
Thanks a lot H.E MR President
Turabashimiy cane se Barundi!!!we udahengeshanya kuremesha abarundi!!

Mercie Mr le president
Imana ibahezagire mutama wacu nakaruhuko waragasizeho kuva uburundi bwitwa uburundi nimwe nyakubahwa mwasizeho akaruhuko ki laidi uhoraho imana mushobora vyose ibahezagire.nijewe Musabimana issa batazira mugenzi imakamba kumugwa mukuru
Murakoze Muvyeyi mwiza
Assalam aleikum ww. Murakoze nyakubahwa. Eid mubarak!
Murakoze caane S.E Barundi,turabashimiye caane
Eka mbere naho mwagendera intara ya Mwaro 2014 mukabibwira abategetsi bintara ya Mwaro.ntivyagiye mungiro.ubu baheruka kumutemeguza umuhoro n'amenyo barayakurayo.
Nyakubahwa sebarundi.kubera atabundi buryo bwokugushikira nifuje kwandika ndabicishije ngaha. Umupfakazi yitwa Ndayisaba Appolonie aba Mwaro,Gisozi yarenganijwe na Banzubaze Emmanuel ancien Recteur wa universite Mwaro.Nkuko mwatanze itegeko koyosubizwa itongo ryiwe mubicishije
Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.