Tweet
- Tweet, halaman saat ini.
- Tweet & balasan
- Media
Anda memblokir @pnkurunziza
Yakin ingin melihat Tweet ini? Melihat Tweet tidak akan membuka blokir @pnkurunziza
-
C’est avec consternation que nous avons appris la disparition de Papy Faty, un digne fils de la Nation qui a mis sa passion au service de sa patrie, avec l’équipe nationale Intamba mu Rugamba. Nos pensées et nos prières vont à sa famille et ses amis. Dieu a donné, Dieu a repris.
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Kuri uyu musi udasanzwe wa Pasika, nifatanije n’umuryango wanje mu kwipfuriza Abarundi bose umusi mukuru mwiza wa Pasika. Mugire ibihe vyiza mu banyu. Imana ibahezagire.
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Turakeje kandi turashimiye Intamba mu Rugamba kw'Iteka ry'Akataraboneka bateye Uburundi mu kubushikana ubwa mbere mu nkino za nyuma z'Imirwi Nserukirabihugu vya Afirika.Turashimiye Imana kandi ntituzohengeshanya gushigikira Inkino no kwinonora imitsi.
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Umurwi Nserukiragihugu Intamba mu Rugamba ugeze ku ntambwe ishimishije. Tuwipfurije gutera iyindi ntambwe mu rukino rw'uyu musi, kandi dusavye Abarundi bose kuwufata mu mugongo. Tubipfurije intsinzi; Imana ibaje imbere.pic.twitter.com/tNPPJOXyeM
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
C'est avec tristesse que nous avons appris l'accident tragique de l’avion d’Ethiopian Airlines ET302 qui a emporté plusieurs vies. Nous voudrions témoigner de notre soutien et notre compassion à toutes les familles des victimes si durement éprouvées. Nos prières vous accompagnent
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Turipfurije Umusi mukuru mwiza cane abakenyezi bo kw'isi yose, na cane cane Abarundikazi. Si agaseseshwarumuri, uruhara rw'umukenyezi ni ntangere mw'iterambere ry'igihugu. Ntituzohengeshanya gushigikira abakenyezi no kubaha iteka n'ikibanza bibabereye.pic.twitter.com/e7Tcc1HyBQ
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Uno musi bubaye ubwa kane Umuryango wacu uterera amatora yo mu mwaka w'2020. Tuboneyeho gusubira gushimira no gukeza Abarundi bafashe nkama akamo ko gutsimbataza Intahe y'Ukwikukira na Demokarasi biciye mu kwitunganiriza amatora. Iteka n'Itekane vy'Uburundi biri mu minwe yacu.pic.twitter.com/GeYfNWZsO7
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
I would like to extend congratulations to
@MBuhari elected President of the Federal Republic of Nigeria. I wish him the best in this new term of office, and I look forward to productive cooperation between Burundi and Nigeria while lending a helping hand the world as a whole.Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Turipfurije Abarundi bose n’ababa mu Burundi Umusi Mukuru mwiza w'Ubumwe bw'Abarundi. Ubumwe twipfuza kandi duharanira ni bumwe bwaranga ba Sokuru, Ubumwe budaherera mu mvugo, ariko bugaragarira mu ngiro.pic.twitter.com/NxKiNc5yVW
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan
-
It is with dismay that I learned of the despicable terrorist attack in Nairobi that claimed lives of innocent people. On behalf of the People of Burundi, I wish to extend my heartfelt condolences to President Uhuru Kenyatta, to Kenyans, and above all to the bereaved families.
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Imana yaraduhaye isi imera n'ibihe vyiza. Ahasigaye ni ahacu Abarundi, dukure amaboko mu mpuzu, turime kandi tworore; tuzirikane ko umwimbu mwiza ari Isôko ry'Amahoro n'Amagara meza.pic.twitter.com/v0VFlxEBFF
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
J'ai suivi de près la tentative de Coup d'Etat au Gabon et félicite les forces loyalistes qui ont vite rétabli l'ordre. J'encourage mon frère
@PresidentABO et le Peuple Gabonais durant cette épreuve. Le Burundi condamne avec la dernière énergie cette démarche antidémocratique.Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Turakengurukiye abitavye Ubutumire bw'Umuryango wacu bwo Gushimira Imana ku Vyiza bidasanzwe yadukoreye mu mwaka w'2018. Imana y'Uburundi igiye gukora ibikomeye, biruta kure ivyo yadukoreye.pic.twitter.com/ZKvYumgEjS
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Turîpfūrije Noweli Nziza Abarundi bose, uyu Musi ubaběre umusi wo gusâbīkanya no kwiyegereza cane Imana Mushoboravyose. Imana ibahezagire!
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
On behalf of the people of Burundi, I extend my deepest sympathies following the death of President George Herbert Walker Bush. May his soul rest in the caring hands of God.
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Kur'uyu musi dushingurana iteka umuhisi Nyakubahwa Nahayo Immaculée, turahojeje umuryango wiwe wose n'Igihugu kibuze Umupfasoni w'ijunja n'ijambo. Yari Umukenyezi w'ubuhizi. Yabaye akarorero keza mu gukunda no gukorera igihugu camwibarutse. Imana imwakire mu Bwami Bwayo.pic.twitter.com/3nvKwAXrjh
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
En réunissant des femmes leaders venues des quatre coins du monde, la Première Dame du Burundi réussit un exploit qui inspire un nouvel élan et éveille le potentiel, la force transformatrice des femmes dans la société. Chère
@1stLadyBurundi, vous êtes la fierté de la Nation.pic.twitter.com/rKCsqK33NW
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Mu kurindira urukino ruhambaye rwo ku musi w'ejo, turakeje dushimitse Abakinyi b'umurwi Intamba mu Rugamba ku rugero bagezeko. Bariteye iteka bongera baritera Uburundi bwabibarutse. Aho bukera, murakinana ubwira n'umutima mu nda, tubipfurije itsinzi. Igihugu cose kirabashigikiye.
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan -
Nous avons appris avec une grande tristesse la tragédie qui a endeuillé le peuple frère de Tanzanie. Le peuple burundais vous témoigne de sa compassion et présente ses sincères condoléances aux familles des victimes.
Terima kasih. Twitter akan menggunakan ini untuk membuat timeline Anda lebih baik. BatalkanBatalkan
Pemuatan tampaknya berlangsung agak lama.
Twitter sedang kelebihan beban atau mengalami sedikit masalah. Coba lagi atau kunjungi Status Twitter untuk informasi lebih lanjut.