-
Orang Lihat semua
Akun terverifikasi@BdiPresidence Présidence de la République du Burundi.
Burundi • presidence.gov.bi
-
#Burundi: Urugo w'umwungere wa mbere w'ishengero rya pentekote ryo ku#Ntahangwa rwaraye rutewe n'abagizi ba nabi. Bateye grenade yononye imodika. Imana yarakinze nta muntu yahasize ubuzima. pic.twitter.com/to7b86JBq4
-
Inama y,abapisikopi katorika mu
#Burundi irabuza abatatiriwe ibanga ry,ubusaseredoti gutanga ubutumwa canke ayandi majambo mu gihe co guhereza inkuka ya misa kiretse uwo mugirwa urangiye. Ivyo bikaja mu ngiro guhera ku wa 18/4/2019 pic.twitter.com/p0qyYhOCVl
-
Ntawotirimutswa n'ijambo ry’inama nkuru y'abepiskopi katolika mu
#Burundi. Imana idutegereza kwitangira paruwase yacu kugira dukomeze ubutumwa bw’abihebeye Imana. Ibikorwa vyacu ni umuhamagaro nk’abanyamuryango ntawobikora kugira yikundanishe ku basaserdoti.Tampilkan utas ini -
Mukhtasari Wa Habari 18/04/2019
#NewAfricaTV#Swahili#Kenya#Tanzania#Congo#Rwanda#Burundi#Ugandapic.twitter.com/vfdHpzSgST -
Inama
@nshingamateka yakoranye aho bariko biga integuro y,itegeko rigenga amatora mu#Burundi, inyuma yo kuritosora abashingamateka baciye baryemeza ku majwi ashika 105 kwi 108 pic.twitter.com/2HWGWcMbIp
-
#Burundi Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 11 Ndamukiza nifatanije n'abandi banywanyi bagize Association@femmeintwari kumaziko y'umunywanyi yabuze umuvyeyi wiwe. Gushigikirana mubihe vy'umunezero canke mubihe bitoroshe biri mubituranga muri@femmeintwaripic.twitter.com/AacGiWwpnW
-
#Burundi#Gasekebuye imbere yo gutangura ijambo ryiwe @RubeinB umunyamabanga w'umugambwe @CnddFddMuha yasavye abaraho gufata umunota umwe wo kwibuka imbonerakure@jacqueline yagandaguwe bunyamaswa aho ku Musaga mu migumuko yo mu @2015 @RubeinB@CnddFdd pic.twitter.com/7HLsKEeMGt
-
#Burundi Ishirahamwe umukenyezi intwari yaragendeye kuri uyu wa gatatu 17/4/2019 umuryango wa Geregori Nduhirubusa w'i Murayi mu Giheta, intara ya@Gitega, wibarutse amahasa, nyina w’abana amaze indwi zitatu atararonka amabererebere yo konsa. VIDEO:https://www.youtube.com/watch?v=UzCvtyuUybA … -
#Philipe Nzobonariba avugira umugwi ujejwe gutegura amatora mu#Burundi#CENI yasavye abarundi kwirinda imvugo ituma amatora ahungabana canke ico cose coza gicanishamwo abarundipic.twitter.com/zRo3iMwjRJ
-
Inama nkuru y'abepiscopi katolika mu
#Burundi irahagaritse y'amajambo y'abategetsi mu misa.Iryo tangazo ryasomwe na musenyeri w'i@NgoziProvince.pic.twitter.com/1iB3ge8O3v
-
-
#Burundi: Star Football Academy Yakiranye Umubabaro Udasanzwe Urupfu Rwa Papy Faty. https://www.magaratimes.com/2019/04/27/burundi-star-football-academy-yakiranye-umubabaro-udasanzwe-urupfu-rwa-papy-faty/?utm_source=dlvr.it&utm_medium=twitter …pic.twitter.com/6TlM6hEOpj
-
#Burundi#Kinindo ntitwibagire ko abarundi kera twarumwe ,abazungu baraje baturemamwo ibice bashiraho ivy'amoko abarundi barasubiranamwo ! ariko umugambwe@CnddFdd waje ukuraho ayo macakubiri umurundi wese yiyumva amahoro mugihugu ciwe ! dixit @RubeinB@CnddFddpic.twitter.com/e5bEr7kaIr
-
Rushwa na mashtaki ya fedha kwa Rais wa zamani PERU humfanya kujiua.
#NewAfricaTV#Swahili#Kenya#Tanzania#Congo#Rwanda#Burundi#Ugandapic.twitter.com/Il21UFHufi
Tampilkan utas ini -
#Burundi: Mbega iri sanganya ribereye mu#Kayanza n'ibiki? Yooo, wari w'ibagiyeko#imbonerakure,#abasasirankona,#abakenyererarugamba n'#inararibonye zo mumugambwe#CNDDFDD zisonzesha imisi yose kuwa kane? Nshimiye Imana ko ibimwenyi bibuze ibimazi. Pas#Humour pic.twitter.com/oZV1LDYlzu
-
#Burundi : ► Commissaire w'igipolisi i#Muyinga yategerezwa kuba yarafashwe kubera amajambo y'ubwicanyi yavuze (Léonce Ngendakumana); ► Igipolisi c'uburundi kiri mu bafasha urudandazwa rw'abantu babajana mu bihugu vy'abarabu (Gervais Nibigira).#AMAKURUhttps://youtu.be/wDMqKsXJuSQ -
#Burundi#Kinindo ntitwibagire iyo twavuye ,aho tugeze n'iyo tuja ! Kandi iyo tuja ni heza cane ! Ntiduhemukire abitanze k'urugamba kugira tube umugambwe ukomeye uku! dutegerezwa gukorana inguvu dukomeze inama nshingiro dutegure amatora meza ya@2020 kandi tuzoyatsinda @RubeinBpic.twitter.com/dCP2hDEb0b
-
#Burundi#kinindo Dusavye umugumyabanga wese kwumira ku NKONA ,ntihagire uwusubira kubahagarika umutima dushigikirane nk'abagumyabanga,turangwe n'urukundo twubake igihugu cacu tuje muma koperative kuko amahoro dufise dutegerezwa kuyakamisha ibikorwa vyiza!dixit @RubeinB@CnddFddpic.twitter.com/IKQk86RK8N
-
https://youtu.be/5YmhCudRAE8 Umunsi isinzi y'abaja ba
#Sindumuja#Ndondeza bazohinyura@pnininahazwe ubwa Kiramvu, bazomubaze aho yashize abana babo. Aho mupondekanira za#Mahama#Rwanda,#Rdc na TZ ntimufise imiryango#Burundi ibayeho neza? <<Amaso arimwo urupfu ntabona>>#Teshwutepic.twitter.com/inrmgIG6co
Pemuatan tampaknya berlangsung agak lama.
Twitter sedang kelebihan beban atau mengalami sedikit masalah. Coba lagi atau kunjungi Status Twitter untuk informasi lebih lanjut.